Abacamanza 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, ku buryo abagurisha+ mu kuboko kw’Abafilisitiya+ no mu kuboko kwa bene Amoni+. Abacamanza 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Bene Isirayeli bongera gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, ku buryo Yehova abatanga mu kuboko kw’Abafilisitiya+ imyaka mirongo ine.
7 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, ku buryo abagurisha+ mu kuboko kw’Abafilisitiya+ no mu kuboko kwa bene Amoni+.
13 Bene Isirayeli bongera gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, ku buryo Yehova abatanga mu kuboko kw’Abafilisitiya+ imyaka mirongo ine.