Gusubira mu vyagezwe 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ubu none ga Isirayeli, hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba+ atari ugutinya+ Yehova Imana yawe, kugira ngo ugendere mu nzira ziwe zose+ no kugira ngo umukunde+, wongere ukorere Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose+, Gusubira mu vyagezwe 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Ritegerezwa kugumana na we, kandi ategerezwa gusoma muri ryo imisi yose y’ubuzima bwiwe+, kugira yige gutinya Yehova Imana yiwe ngo agumye amajambo yose y’iri tegeko n’izi ngingo nyobozi, mu kubikora+;
12 “Ubu none ga Isirayeli, hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba+ atari ugutinya+ Yehova Imana yawe, kugira ngo ugendere mu nzira ziwe zose+ no kugira ngo umukunde+, wongere ukorere Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose+,
19 “Ritegerezwa kugumana na we, kandi ategerezwa gusoma muri ryo imisi yose y’ubuzima bwiwe+, kugira yige gutinya Yehova Imana yiwe ngo agumye amajambo yose y’iri tegeko n’izi ngingo nyobozi, mu kubikora+;