1 Abami 18:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nunyishure, ewe Yehova, nunyishure, kugira ngo aba bantu bamenye yuko wewe, Yehova+, ari wewe Mana y’ukuri kandi ko ari wewe wagarukanye umutima wabo+.”
37 Nunyishure, ewe Yehova, nunyishure, kugira ngo aba bantu bamenye yuko wewe, Yehova+, ari wewe Mana y’ukuri kandi ko ari wewe wagarukanye umutima wabo+.”