1 Samweli 14:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Rimwe muri ayo menyo ryari rimeze nk’inkingi mu buraruko, aharabana na Mikimashi+, irindi na ryo rikaba mu bumanuko, aharabana na Geba+. Yesaya 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Yaje kuri Ayati+; yaciye i Miguroni; atereka ibintu vyiwe i Mikimashi+.
5 Rimwe muri ayo menyo ryari rimeze nk’inkingi mu buraruko, aharabana na Mikimashi+, irindi na ryo rikaba mu bumanuko, aharabana na Geba+.