ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mu gihe bariko barahunga imbere ya Isirayeli, bakiri ku mumanuko wa Beti-horoni, Yehova abatibagurirako ibibuye bininibinini+ bivuye mw’ijuru gushika i Azeka, ku buryo bapfa. Abishwe n’ayo mabuye y’urubura baba benshi kuruta abo bene Isirayeli bicishije inkota.

  • Yosuwa 18:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nya rubibe rwaragenda ruvuye ng’aho rukerekeza i Luzi+, ku mumanuko wo mu bumanuko wa Luzi, ari yo Beteli+; hanyuma rwaramanuka rwerekeza i Ataroti-adari+ ku musozi uri mu bumanuko bwa Beti-horoni yo Hepfo+.

  • 1 Ngoma 6:68
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 68 Yokimeyamu+ n’amatongo y’uburagiriro yaho, Beti-horoni+ n’amatongo y’uburagiriro yaho,

  • 2 Ngoma 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yubaka kandi Beti-horoni yo Haruguru+ na Beti-horoni yo Hepfo+, ibisagara bikingijwe ibihome+, imiryango n’ibihindizo+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika