Zaburi 18:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kuko ku bwawe nshobora gukinagiza akagwi k’abambuzi+;Kandi ku bw’Imana yanje ndashobora kwurira uruhome+. Abaheburayo 11:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+.
29 Kuko ku bwawe nshobora gukinagiza akagwi k’abambuzi+;Kandi ku bw’Imana yanje ndashobora kwurira uruhome+.
34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+.