-
1 Samweli 14:17Bibiliya y’isi nshasha
-
-
17 Nuko Sauli abwira abantu bari kumwe na we ati: “Ndabinginze muharure, murabe uwasohotse avuye muri twebwe.” Baharūye, basanga Yonatani n’uwumutwaza ibirwanisho atari ho bari.
-