ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 20:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Abagore gusa n’abana batoyi+ n’ibitungwa+ be n’ikintu cose kizoba kiri muri ico gisagara, isahu yaco yose, ni vyo uzosahura bikaba rwawe+; kandi uze urye isahu y’abansi bawe, abo Yehova Imana yawe azoba yaguhaye+.

  • 1 Samweli 15:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kubera iki none utagamburutse ijwi rya Yehova mugabo ukagurukira n’umunoho n’akantu kw’isahu+, ugakora ivyari bibi mu maso ya Yehova+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika