1 Samweli 7:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo yarasubira i Rama+, kuko aho ari ho inzu yiwe yari, kandi aho ni ho yacira imanza Isirayeli. Nuko ahubakira igicaniro Yehova+. 2 Samweli 24:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mu nyuma Gadi yinjira aho Dawidi ari kuri uwo musi, amubwira ati: “Duga, ushingire Yehova igicaniro* ku mbuga y’ikubitiro ya Arawuna Umuyebusi+.” 2 Samweli 24:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze Dawidi yubakira igicaniro+ Yehova ng’aho, hanyuma ashikana ibimazi biturirwa n’ibimazi vy’ugusangira, maze Yehova yemera kwingingwa+ ku bw’igihugu, ku buryo nya kiza gihagarikwa kikava kuri Isirayeli.
17 Mugabo yarasubira i Rama+, kuko aho ari ho inzu yiwe yari, kandi aho ni ho yacira imanza Isirayeli. Nuko ahubakira igicaniro Yehova+.
18 Mu nyuma Gadi yinjira aho Dawidi ari kuri uwo musi, amubwira ati: “Duga, ushingire Yehova igicaniro* ku mbuga y’ikubitiro ya Arawuna Umuyebusi+.”
25 Maze Dawidi yubakira igicaniro+ Yehova ng’aho, hanyuma ashikana ibimazi biturirwa n’ibimazi vy’ugusangira, maze Yehova yemera kwingingwa+ ku bw’igihugu, ku buryo nya kiza gihagarikwa kikava kuri Isirayeli.