Kuvayo 28:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi uze ushire Urimu+ na Tumimu* muri nya kambarwa ko ku gikiriza k’uguca urubanza, bize bibe hejuru ku mutima wa Aroni igihe yinjiye imbere ya Yehova; Aroni aze yambare nantaryo imanza+ za bene Isirayeli hejuru y’umutima wiwe imbere ya Yehova. Abalewi 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubukurikira amushirako ka kambarwa ko ku gikiriza+, yongera agashiramwo Urimu na Tumimu*+. Gusubira mu vyagezwe 33:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuri Lewi na ho avuga+ ati:“Tumimu* yawe na Urimu yawe+ ni ivy’umuntu w’intahemuka kuri wewe+,Umwe wagereza i Masa+.Utangura kunigana na we iruhande y’amazi y’i Meriba+, Ezira 2:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Nuko Buramatari*+ ababwira ko batoshoboye kurya+ ku bintu vyeranda rwose gushika habonetse umuherezi afise Urimu+ na Tumimu*.
30 Kandi uze ushire Urimu+ na Tumimu* muri nya kambarwa ko ku gikiriza k’uguca urubanza, bize bibe hejuru ku mutima wa Aroni igihe yinjiye imbere ya Yehova; Aroni aze yambare nantaryo imanza+ za bene Isirayeli hejuru y’umutima wiwe imbere ya Yehova.
8 Kuri Lewi na ho avuga+ ati:“Tumimu* yawe na Urimu yawe+ ni ivy’umuntu w’intahemuka kuri wewe+,Umwe wagereza i Masa+.Utangura kunigana na we iruhande y’amazi y’i Meriba+, Ezira 2:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Nuko Buramatari*+ ababwira ko batoshoboye kurya+ ku bintu vyeranda rwose gushika habonetse umuherezi afise Urimu+ na Tumimu*.
63 Nuko Buramatari*+ ababwira ko batoshoboye kurya+ ku bintu vyeranda rwose gushika habonetse umuherezi afise Urimu+ na Tumimu*.