1 Abami 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mu nyuma, Adoniya mwene Hagiti aza kuri Bati-sheba+ nyina wa Salomo. Uno aca amubwira ati: “Ukuza kwawe ni ukw’amahoro+?” Na we ati: “Ni ukw’amahoro.” 2 Abami 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yehoramu akimara kubona Yehu, aca avuga ati: “Ni amahoro ga Yehu?” Na we ati: “Hoba amahoro nyabaki+ kandi hakiriho ubusambanyi bwa Yezebeli+ nyoko n’ubupfumu bwiwe bwinshi+?”
13 Mu nyuma, Adoniya mwene Hagiti aza kuri Bati-sheba+ nyina wa Salomo. Uno aca amubwira ati: “Ukuza kwawe ni ukw’amahoro+?” Na we ati: “Ni ukw’amahoro.”
22 Yehoramu akimara kubona Yehu, aca avuga ati: “Ni amahoro ga Yehu?” Na we ati: “Hoba amahoro nyabaki+ kandi hakiriho ubusambanyi bwa Yezebeli+ nyoko n’ubupfumu bwiwe bwinshi+?”