Zaburi 75:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Imana ari yo mucamanza+.Uyu irashira hasi, urya igashira hejuru+. Abafilipi 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ico nyene ni co catumye kandi Imana imuduza ikamushira mu kibanza co hejuru cane+, ikamuha n’umutima ukunze izina riri hejuru y’ayandi mazina yose+,
9 Ico nyene ni co catumye kandi Imana imuduza ikamushira mu kibanza co hejuru cane+, ikamuha n’umutima ukunze izina riri hejuru y’ayandi mazina yose+,