Itanguriro 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mwene wabo yitwa Yubali. Uno ni we yatanguje ivyo kuvuza inanga+ n’umwironge+. Zaburi 33:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimukengurukire Yehova ku nanga+;Ku gicurarangisho c’imirya cumi+, mumuhibongoreze.