1 Samweli 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ubukurikira Yese acisha ng’aho Shama+, mugabo Samweli avuga ati: “N’uyu Yehova ntiyamutoye.” 2 Samweli 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi Amunoni yari afise umugenzi yitwa Yehonadabu+, mwene Shimeya+, mwene wabo na Dawidi; uwo Yehonadabu yari umugabo w’inkerebutsi cane.
3 Kandi Amunoni yari afise umugenzi yitwa Yehonadabu+, mwene Shimeya+, mwene wabo na Dawidi; uwo Yehonadabu yari umugabo w’inkerebutsi cane.