1 Samweli 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko Yese atora indogobwa n’umukate n’umukuza w’urushato+ w’umuvinyu n’akagazi k’impene, abirungikira Sauli biciye kuri Dawidi umuhungu wiwe+. Imigani 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntureke kugirira iciza abagikwiriye+ kandi ukuboko kwawe kuri n’ububasha bwo kugikora+. Imigani 18:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ingabirano y’umuntu izomutābururira inzira+, kandi izomuyobora imushikane n’imbere y’abantu bahambaye+.
20 Nuko Yese atora indogobwa n’umukate n’umukuza w’urushato+ w’umuvinyu n’akagazi k’impene, abirungikira Sauli biciye kuri Dawidi umuhungu wiwe+.
16 Ingabirano y’umuntu izomutābururira inzira+, kandi izomuyobora imushikane n’imbere y’abantu bahambaye+.