1 Samweli 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ku bw’ivyo bongera gusiguza+ Yehova, bati: “Uwo mugabo yoba yaje ng’aha koko?” Yehova na we avuga ati: “Ehe yinyegeje+ mu mizigo.” 1 Samweli 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze Yese abwira Dawidi umuhungu wiwe ati: “Ndakwinginze ushire bene wanyu iyi efa y’intete zikaranze+ n’iyi mikate cumi, ubitware ningoga kw’ikambi, ubihe bene wanyu.
22 Ku bw’ivyo bongera gusiguza+ Yehova, bati: “Uwo mugabo yoba yaje ng’aha koko?” Yehova na we avuga ati: “Ehe yinyegeje+ mu mizigo.”
17 Maze Yese abwira Dawidi umuhungu wiwe ati: “Ndakwinginze ushire bene wanyu iyi efa y’intete zikaranze+ n’iyi mikate cumi, ubitware ningoga kw’ikambi, ubihe bene wanyu.