1 Samweli 17:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Maze Dawidi yongerako ati: “Yehova, we yandokoye mu vyara vy’intambwe no mu vyara vy’idubu, ni we aza kundokora mu kuboko kw’uwo Mufilisitiya+.” Sauli aca abwira Dawidi ati: “Genda, Yehova ubwiwe abane nawe+.”
37 Maze Dawidi yongerako ati: “Yehova, we yandokoye mu vyara vy’intambwe no mu vyara vy’idubu, ni we aza kundokora mu kuboko kw’uwo Mufilisitiya+.” Sauli aca abwira Dawidi ati: “Genda, Yehova ubwiwe abane nawe+.”