ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 18:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Iyo umuntu yishuye ku kintu ataracumva+, ivyo bimubera ubupfu n’agateterwe+.

  • Umusiguzi 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ntiwihute kubabara mu mutima wawe+, kuko ukubabara ari kwo gucumbitse mu gikiriza c’ibijuju+.

  • Matayo 7:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Nimureke guca urubanza+ kugira ntimuzocirwe urubanza;

  • Abaroma 14:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Uri nde ngo ucire urubanza umukozi wo mu nzu w’uwundi+? Imbere ya shebuja wiwe bwite ni ho ahagarara canke agatemba+. Kandi azohagarara, kuko Yehova ashobora kumuhagarika+.

  • Yakobo 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Uwushinga amategeko akaba n’umucamanza+ ahari ni umwe, ari we ashoboye gukiza no guhonya+. Mugabo wewe, uri nde ngo ucire urubanza mugenzawe+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika