Guharura 13:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mugabo abagabo baduganye na we bavuga bati: “Ntidushobora kuduga kurwanya abo bantu, kuko bakomeye kuturusha+.” Gusubira mu vyagezwe 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 abantu bakomeye kandi barebare, bene Anakimu+, abo ubwawe wamenye ivyabo kandi ubwawe ukaba warumvise bivugwa ngo: ‘Ni nde ashobora guhagarara ashikamye imbere ya bene Anaki?’
31 Mugabo abagabo baduganye na we bavuga bati: “Ntidushobora kuduga kurwanya abo bantu, kuko bakomeye kuturusha+.”
2 abantu bakomeye kandi barebare, bene Anakimu+, abo ubwawe wamenye ivyabo kandi ubwawe ukaba warumvise bivugwa ngo: ‘Ni nde ashobora guhagarara ashikamye imbere ya bene Anaki?’