Zaburi 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.Ni nde nzotinya+?Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.Ni nde nzogirira ubwoba+? Imigani 28:1 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ababisha barahunga kandi ata wuriko arabakurikirana+, mugabo abagororotsi bameze nk’intambwe ishize umutima mu nda+.
27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.Ni nde nzotinya+?Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.Ni nde nzogirira ubwoba+?
28 Ababisha barahunga kandi ata wuriko arabakurikirana+, mugabo abagororotsi bameze nk’intambwe ishize umutima mu nda+.