Itanguriro 44:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “Ubu rero, ninapfa gushika ku mushumba wawe dawe uwo muhungu atari kumwe natwe, kandi umutima wiwe ufatanye n’umutima w’uyu+, 1 Petero 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ubu ko mwatyoroye+ ubuzima bwanyu biciye ku kugamburukira ukuri, bikavamwo ukwiyumvamwo abavukanyi kutagiramwo ubwiyorobetsi+, mukundane cane bivuye ku mutima+.
30 “Ubu rero, ninapfa gushika ku mushumba wawe dawe uwo muhungu atari kumwe natwe, kandi umutima wiwe ufatanye n’umutima w’uyu+,
22 Ubu ko mwatyoroye+ ubuzima bwanyu biciye ku kugamburukira ukuri, bikavamwo ukwiyumvamwo abavukanyi kutagiramwo ubwiyorobetsi+, mukundane cane bivuye ku mutima+.