Yosuwa 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Gusa ugire umutima rugabo kandi ukomere cane kugira witwararike gukora wisunze itegeko ryose Musa umusavyi wanje yagutegetse+. Ntukevye ngo uve kuri ryo, ngo ukebereze iburyo canke ibubamfu+, kugira ngo ukorane ubukerebutsi aho uzoja hose+. Imigani 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Biciye ku mpanuro, imigambi irashimangirwa+, biciye ku buyobozi bw’ubuhanga na ho urwane intambara yawe+.
7 “Gusa ugire umutima rugabo kandi ukomere cane kugira witwararike gukora wisunze itegeko ryose Musa umusavyi wanje yagutegetse+. Ntukevye ngo uve kuri ryo, ngo ukebereze iburyo canke ibubamfu+, kugira ngo ukorane ubukerebutsi aho uzoja hose+.
18 Biciye ku mpanuro, imigambi irashimangirwa+, biciye ku buyobozi bw’ubuhanga na ho urwane intambara yawe+.