Imigani 22:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umunyabwenge ni uwubonye ivyago akihisha+, mugabo abantu batazi utuntu n’utundi bararengana bakabwirizwa kwibonerako+. Imigani 27:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umunyabwenge abonye icago arihisha+; abantu batazi utuntu n’utundi bararengana bakibonerako+.
3 Umunyabwenge ni uwubonye ivyago akihisha+, mugabo abantu batazi utuntu n’utundi bararengana bakabwirizwa kwibonerako+.