Gusubira mu vyagezwe 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+. Zaburi 27:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Naho ikambi yoshinga ihema ngo intere+,Umutima wanje ntuzotinya+.Naho hovyuka intambara yo kuntera+,N’ico gihe nyene nzoguma nizigiye+.
2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+.
3 Naho ikambi yoshinga ihema ngo intere+,Umutima wanje ntuzotinya+.Naho hovyuka intambara yo kuntera+,N’ico gihe nyene nzoguma nizigiye+.