1 Samweli 30:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze Dawidi ahera mu mutwenzi abica gushika ku mugoroba, kugira ngo abatikize; ntihagira umugabo n’umwe muri bo arokoka+ kiretse imikangara amajana ane yuriye ku ngamiya igahunga.
17 Maze Dawidi ahera mu mutwenzi abica gushika ku mugoroba, kugira ngo abatikize; ntihagira umugabo n’umwe muri bo arokoka+ kiretse imikangara amajana ane yuriye ku ngamiya igahunga.