Ezira 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nkimara kwumva ico kintu, nca ntantamura impuzu yanje+ n’umwitero wanje utagira amaboko, ntangura gushikura umushatsi wo ku mutwe wanje+ n’ubwanwa bwanje, nguma nicaye njumarariwe+.
3 Nkimara kwumva ico kintu, nca ntantamura impuzu yanje+ n’umwitero wanje utagira amaboko, ntangura gushikura umushatsi wo ku mutwe wanje+ n’ubwanwa bwanje, nguma nicaye njumarariwe+.