Gusubira mu vyagezwe 13:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ngo: ‘Hari abagabo b’imburakimazi basohotse bava hagati yawe+ kugira bagerageze guhindukiza ababa mu gisagara cabo+, bavuga ngo: “Tugende dukorere izindi mana,” izo mutamenye,’ 1 Samweli 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi bene Eli bari abantu b’imburakimazi+; ntibemera icese Yehova+.
13 ngo: ‘Hari abagabo b’imburakimazi basohotse bava hagati yawe+ kugira bagerageze guhindukiza ababa mu gisagara cabo+, bavuga ngo: “Tugende dukorere izindi mana,” izo mutamenye,’