2 Samweli 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu.
12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu.