ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 35:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Gutyo Rasheli arapfa maze ahambwa ku nzira ija muri Efurata, ni ukuvuga Betelehemu+.

  • Abacamanza 17:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kandi i Betelehemu+ muri Yuda hari umusore wo mu muryango wa Yuda, akaba yari Umulewi+. Yari amaze igihe gito aba ng’aho.

  • Rusi 1:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nuko bompi babandanya urugendo gushika bashitse i Betelehemu+. Maze bagishika i Betelehemu, igisagara cose kirashwabaduka kubera bo+; abagore baguma bavuga ngo: “Mbega uyu ni Nawomi+?”

  • Rusi 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Abantu bose bari mw’irembo n’abagabo b’inararibonye baca bavuga bati: “Turi ivyabona! Yehova nahe umugore aje mu nzu yawe kuba nka Rasheli+ na Leya+, bompi bakaba bubatse inzu ya Isirayeli+; nawe werekane agaciro kawe muri Efurata+ kandi wiheshe izina rikomeye muri Betelehemu+.

  • 1 Samweli 16:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Amaherezo Yehova abwira Samweli ati: “Uzogandarira Sauli+ gushika ryari kandi jewe namwanse ngo ntaganze Isirayeli+? Niwuzuze ihembe ryawe amavuta+ hanyuma ugende. Ngira ngutume kuri Yese+ Umunyabetelehemu, kuko nironkeye umwami mu bahungu biwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika