Kuvayo 32:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Hanyuma ku musi nyene ukurikira, Musa atangura kubwira abantu ati: “Mwebwe mwacumuye igicumuro gikomeye+, kandi ubu ngira nduge kwa Yehova. Hari aho noshobora gutanga iciru ku bw’igicumuro canyu+.” Abalewi 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+.
30 Hanyuma ku musi nyene ukurikira, Musa atangura kubwira abantu ati: “Mwebwe mwacumuye igicumuro gikomeye+, kandi ubu ngira nduge kwa Yehova. Hari aho noshobora gutanga iciru ku bw’igicumuro canyu+.”
4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+.