Guharura 35:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntimuze mwakire incungu yo gucungura umwicanyi akwiriye gupfa+, kuko akwiye kwicwa ata kabuza+. Gusubira mu vyagezwe 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi ijisho ryawe ntirize ryumve akagongwe+: ubuzima ku bundi, ijisho ku rindi, iryinyo ku rindi, ukuboko ku kundi, ikirenge ku kindi+. 1 Samweli 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ariko Samweli avuga ati: “Nk’uko nyene inkota yawe+ yahekuye abagore, ni ko na nyoko wawe+ azoba uwuhekuwe kuruta abandi bose mu bagore+.” Samweli aca ahimbagurira Agagi imbere ya Yehova i Gilugali+.
21 Kandi ijisho ryawe ntirize ryumve akagongwe+: ubuzima ku bundi, ijisho ku rindi, iryinyo ku rindi, ukuboko ku kundi, ikirenge ku kindi+.
33 Ariko Samweli avuga ati: “Nk’uko nyene inkota yawe+ yahekuye abagore, ni ko na nyoko wawe+ azoba uwuhekuwe kuruta abandi bose mu bagore+.” Samweli aca ahimbagurira Agagi imbere ya Yehova i Gilugali+.