Gusubira mu vyagezwe 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo Abarefayimu+, na bo nyene babonwa nk’Abanakimu+, kandi Abanyamowabu bahora babita Emimu.