Zaburi 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yehova ampemba nk’uko ubugororotsi bwanje buri+;Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, ni ko anyishura+. Zaburi 24:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni uwo wese w’intungane mu biganza vyiwe kandi adahumanye mu mutima wiwe+,Atatwaye ubuzima bwanje* mu bitagira mvura+,Canke ngo arahire ahendana+.
20 Yehova ampemba nk’uko ubugororotsi bwanje buri+;Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, ni ko anyishura+.
4 Ni uwo wese w’intungane mu biganza vyiwe kandi adahumanye mu mutima wiwe+,Atatwaye ubuzima bwanje* mu bitagira mvura+,Canke ngo arahire ahendana+.