Zaburi 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yehova nanyishure nk’uko ubugororotsi bwanje buri+,Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, mu maso yiwe+. Imigani 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko inzira z’umuntu ziri imbere y’amaso ya Yehova+, kandi aritegereza imihora yiwe yose+.
24 Yehova nanyishure nk’uko ubugororotsi bwanje buri+,Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, mu maso yiwe+.