1 Samweli 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Dawidi ajana rero n’ingabo ziwe i Keyila, arwana n’Abafilisitiya maze atwara ibitungwa vyabo, mugabo bobo arabasasika bimwe bikomeye; Dawidi aba umukiza w’ababa i Keyila+. Zaburi 44:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+.
5 Dawidi ajana rero n’ingabo ziwe i Keyila, arwana n’Abafilisitiya maze atwara ibitungwa vyabo, mugabo bobo arabasasika bimwe bikomeye; Dawidi aba umukiza w’ababa i Keyila+.
3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+.