1 Samweli 17:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Maze Dawidi atuma ukuboko mw’isaho yiwe, akurayo ibuye, ariteresha umugozi, ku buryo akubita+ nya Mufilisitiya mu ruhanga rwiwe maze iryo buye ryinjira mu ruhanga rwiwe, aca agwa hasi yubamye+. Zaburi 18:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Uzonkenyeza inkomezi ku bw’intambara;Uzotuma abankurira hasi binimba hasi munsi yanje+. Zaburi 44:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Tubikesheje wewe, tuzosunika abarwanizi bacu+;Mw’izina ryawe tuzohonyangira hasi abadukurira hasi+. Zaburi 144:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni we buntu bwuzuye urukundo bwanje n’igihome canje gikomeye+,Ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi akaba n’uwunkiza+,Inkinzo yanje+ akaba n’uwo nahungiyemwo+,Umwe amara igabo ibisata vy’abantu munsi yanje+.
49 Maze Dawidi atuma ukuboko mw’isaho yiwe, akurayo ibuye, ariteresha umugozi, ku buryo akubita+ nya Mufilisitiya mu ruhanga rwiwe maze iryo buye ryinjira mu ruhanga rwiwe, aca agwa hasi yubamye+.
5 Tubikesheje wewe, tuzosunika abarwanizi bacu+;Mw’izina ryawe tuzohonyangira hasi abadukurira hasi+.
2 Ni we buntu bwuzuye urukundo bwanje n’igihome canje gikomeye+,Ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi akaba n’uwunkiza+,Inkinzo yanje+ akaba n’uwo nahungiyemwo+,Umwe amara igabo ibisata vy’abantu munsi yanje+.