ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 49:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Nayo wewe Yuda+, bene wanyu bazoguhaya+. Ukuboko kwawe kuzoba ku gakanu k’abansi bawe+. Abana ba so bazokubita inkoro hasi imbere yawe+.

  • Kuvayo 23:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “Nzorungika ukuncikira ivutu kukwitangire imbere+, nte koko mu muvurungano abantu bose ushitsemwo, kandi nzoguha igikanu c’abansi bawe bose+.

  • Yosuwa 10:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Bakimara gusohora abo bami bakabazanira Yosuwa, Yosuwa ahamagara abagabo bose ba Isirayeli maze abwira abakomanda b’abarwanyi bari bajanye na we ati: “Nimwegere. Nimushire ibirenge ku bikanu vy’aba bami+.” Nuko baregera maze bashira ibirenge ku bikanu vyabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika