1 Samweli 30:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bibabaza cane Dawidi+, kuko abantu bariko bavuga ngo aterwe amabuye+; kubera yuko abantu bose bari badundumiwe+, umwe wese kubera abahungu biwe n’abakobwa biwe. Nuko Dawidi atangura kwikomeza biciye kuri Yehova Imana yiwe+. 2 Samweli 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu.
6 Bibabaza cane Dawidi+, kuko abantu bariko bavuga ngo aterwe amabuye+; kubera yuko abantu bose bari badundumiwe+, umwe wese kubera abahungu biwe n’abakobwa biwe. Nuko Dawidi atangura kwikomeza biciye kuri Yehova Imana yiwe+.
12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu.