Zakariya 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umutima wabo+ bawugize nk’ibuye rikomantaye kugira ngo ntibagamburuke itegeko+ be n’amajambo Yehova nyen’ingabo yarungitse akoresheje impwemu yiwe+, biciye ku bahanuzi ba kera+, bituma Yehova nyen’ingabo arakara cane+.” Mariko 12:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Biciye ku mpwemu nyeranda+, Dawidi ubwiwe yavuze ati: ‘Yehova yabwiye Umukama wanje ati: “Icara iburyo bwanje gushika nshize abansi bawe munsi y’ibirenge vyawe+.”’ 2 Timoteyo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,
12 Umutima wabo+ bawugize nk’ibuye rikomantaye kugira ngo ntibagamburuke itegeko+ be n’amajambo Yehova nyen’ingabo yarungitse akoresheje impwemu yiwe+, biciye ku bahanuzi ba kera+, bituma Yehova nyen’ingabo arakara cane+.”
36 Biciye ku mpwemu nyeranda+, Dawidi ubwiwe yavuze ati: ‘Yehova yabwiye Umukama wanje ati: “Icara iburyo bwanje gushika nshize abansi bawe munsi y’ibirenge vyawe+.”’
16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,