-
1 Abami 11:38Bibiliya y’isi nshasha
-
-
38 Kandi niwagamburuka ivyo nzogutegeka vyose, ukagendera koko mu nzira zanje ukongera ugakora ibigororotse mu maso yanje mu kugumya ivyagezwe vyanje n’amabwirizwa yanje, nk’uko nyene Dawidi umusavyi wanje yagize+, nzoba rero kumwe nawe+, kandi nzokwubakira inzu iramba, nk’uko nyene nubakiye Dawidi+, kandi nzoguha Isirayeli.
-