2 Samweli 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nayo Benaya+ mwene Yehoyada+ umuhungu w’umugabo w’intwari, uwakoze ibikorwa vyinshi i Kabuzeyeli+, agarika ba bahungu babiri ba Ariyeli w’i Mowabu; ni we yamanutse kugarika intambwe+ mu cobo c’amazi ku musi urubura rwariko ruragwa+. 1 Ngoma 27:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo Benaya+ yari umugabo w’umunyenkomezi muri bamwe mirongo itatu+ akaba kandi yagaba abo mirongo itatu; uwari umukuru w’umuce wiwe yari Amizabadi umuhungu wiwe.
20 Nayo Benaya+ mwene Yehoyada+ umuhungu w’umugabo w’intwari, uwakoze ibikorwa vyinshi i Kabuzeyeli+, agarika ba bahungu babiri ba Ariyeli w’i Mowabu; ni we yamanutse kugarika intambwe+ mu cobo c’amazi ku musi urubura rwariko ruragwa+.
6 Uwo Benaya+ yari umugabo w’umunyenkomezi muri bamwe mirongo itatu+ akaba kandi yagaba abo mirongo itatu; uwari umukuru w’umuce wiwe yari Amizabadi umuhungu wiwe.