1 Ngoma 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Naho yari rurangiranwa kurusha bamwe mirongo itatu, ntiyashitse ku rwego rwa bamwe batatu ba mbere+. Ariko Dawidi amuha kugaba abamucungerera ubuzima+.
25 Naho yari rurangiranwa kurusha bamwe mirongo itatu, ntiyashitse ku rwego rwa bamwe batatu ba mbere+. Ariko Dawidi amuha kugaba abamucungerera ubuzima+.