8 Maze Yehova abatanga mu kuboko kwa Isirayeli+, bano barabakubita hanyuma barabakurikira gushika i Sidoni+, ahaba abantu benshi, n’i Misirefoti-mayimu+ no mu kiyaya c’umubande ca Mizipe+ mu buseruko; babandanya kubakubita gushika n’aho batabasigariza n’umwe+.