Guharura 2:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Abo ni bo babaye abanditswe bo muri bene Isirayeli nk’uko inzu ya ba se iri; abanditswe bose bo muri ayo makambi hakurikijwe ingabo zabo bari ibihumbi amajana atandatu na bitatu n’amajana atanu na mirongo itanu+. Guharura 26:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Abo ni bo bari abanditswe bo muri bene Isirayeli: bari ibihumbi amajana atandatu na kimwe n’amajana indwi na mirongo itatu+. 1 Ngoma 27:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko Dawidi ntiyaharura igitigiri c’abari bafise imyaka iva kuri mirongo ibiri kuja munsi, kuko Yehova yari yarasezeranye gutuma Isirayeli ingana n’inyenyeri zo mu majuru+.
32 Abo ni bo babaye abanditswe bo muri bene Isirayeli nk’uko inzu ya ba se iri; abanditswe bose bo muri ayo makambi hakurikijwe ingabo zabo bari ibihumbi amajana atandatu na bitatu n’amajana atanu na mirongo itanu+.
51 Abo ni bo bari abanditswe bo muri bene Isirayeli: bari ibihumbi amajana atandatu na kimwe n’amajana indwi na mirongo itatu+.
23 Ariko Dawidi ntiyaharura igitigiri c’abari bafise imyaka iva kuri mirongo ibiri kuja munsi, kuko Yehova yari yarasezeranye gutuma Isirayeli ingana n’inyenyeri zo mu majuru+.