Itanguriro 42:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo ababwira ati: “Si vyo! Kuko mwaje kuraba aho igihugu kigoyagoya+!” Itanguriro 42:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Rungika umwe muri mwebwe aje kuzana mwene wanyu, namwe musigare muboshwe, kugira amajambo yanyu agezwe, bimenyekane ko ivyo muvuga ari ukuri+. Ahandiho, ndahiye ukubaho kwa Farawo: muri abatasi.”
16 Rungika umwe muri mwebwe aje kuzana mwene wanyu, namwe musigare muboshwe, kugira amajambo yanyu agezwe, bimenyekane ko ivyo muvuga ari ukuri+. Ahandiho, ndahiye ukubaho kwa Farawo: muri abatasi.”