2 Samweli 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko Yowabu na Abishayi boma inyuma Abuneri. Izuba ririko rirarenga, bashika ku murambi wa Ama urabana na Giya, ku nzira ija mu gahinga ka Gibeyoni+.
24 Nuko Yowabu na Abishayi boma inyuma Abuneri. Izuba ririko rirarenga, bashika ku murambi wa Ama urabana na Giya, ku nzira ija mu gahinga ka Gibeyoni+.