1 Samweli 30:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Dawidi n’abantu bari kumwe na we bashira ijwi hejuru bararira+, gushika aho ata nkomezi zo kwongera kurira zisigara muri bo. 2 Samweli 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Batangura kuboroga no kurira+ no kwisonzesha+ gushika ku mugoroba, kubera Sauli no kubera Yonatani umuhungu wiwe, no kubera abantu ba Yehova no kubera inzu ya Isirayeli+, kuko bari bagwishijwe n’inkota.
4 Maze Dawidi n’abantu bari kumwe na we bashira ijwi hejuru bararira+, gushika aho ata nkomezi zo kwongera kurira zisigara muri bo.
12 Batangura kuboroga no kurira+ no kwisonzesha+ gushika ku mugoroba, kubera Sauli no kubera Yonatani umuhungu wiwe, no kubera abantu ba Yehova no kubera inzu ya Isirayeli+, kuko bari bagwishijwe n’inkota.