Itanguriro 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo. Kuvayo 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Uwukubise umuntu agapfa koko, ntaze abure kwicwa+. Guharura 35:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Nimba igikoresho c’icuma ari co yamukubitishije agapfa, azoba ari umwicanyi+. Nya mwicanyi ntaze abure kwicwa+. Guharura 35:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “‘Uwo wese akubise umuntu agapfa aze yicwe nk’umwicanyi+, bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona+, mugabo icabona kimwe ntigishobora kwagiriza umuntu ngo yicwe.
6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo.
16 “‘Nimba igikoresho c’icuma ari co yamukubitishije agapfa, azoba ari umwicanyi+. Nya mwicanyi ntaze abure kwicwa+.
30 “‘Uwo wese akubise umuntu agapfa aze yicwe nk’umwicanyi+, bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona+, mugabo icabona kimwe ntigishobora kwagiriza umuntu ngo yicwe.