2 Samweli 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Dawidi aca ahamagara umwe mu misore, maze avuga ati: “Egera. Mwice.” Nuko aramugarika, arapfa+. Zaburi 55:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko wewe, ewe Mana, uzobamanukana mu cobo cimbitse kuruta ibindi+.Nayo abagīrwa n’amaraso kandi b’abahendanyi, ntibazobaho n’ica kabiri c’imisi yabo+.Ariko jewe, nzokwizigira wewe+.
23 Ariko wewe, ewe Mana, uzobamanukana mu cobo cimbitse kuruta ibindi+.Nayo abagīrwa n’amaraso kandi b’abahendanyi, ntibazobaho n’ica kabiri c’imisi yabo+.Ariko jewe, nzokwizigira wewe+.