Kuvayo 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hanyuma Miriyamu umuhanuzikazi, mushiki wa Aroni+, atora akagoma mu kuboko kwiwe+; maze abagore bose batangura gusohokana na we n’utugoma, batamba+. Zaburi 150:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimuyishemeze n’akagoma+ be n’intambo y’umuzingi+.Nimuyishemeze n’imirya+ be n’umwironge+.
20 Hanyuma Miriyamu umuhanuzikazi, mushiki wa Aroni+, atora akagoma mu kuboko kwiwe+; maze abagore bose batangura gusohokana na we n’utugoma, batamba+.